Ibimenyeshejwe bishasha bijanye n’ ihiganwa rya Visa y’umwaka 2019 muri Leta z’Unze ubumwe z’America (DV2019)

ITANGAZO Kuwa 25 Gitugutu 2017   Ibimenyeshejwe bishasha bijanye n’ ihiganwa rya Visa y’umwaka 2019 muri Leta z’Unze ubumwe z’America (DV2019) ( PDF 249KB)   Igihe co kwiyandikisha mw’ihiganwa rya Visa DV-2019 yo muri Leta z’Unze Ubumwe z’America cari catanguye kuva itariki 3 Gitugutu carugawe kumvo z’ingorane z’ubuhinga ariko ubu zikaba zaratorewe umuti. Abari bariyandikishije hagati yitariki 3 ...
Read More»
Show More ∨